TUBIRI TUVURANA UBUPFU

€140raised

for NKOMARUME SOLANGE

Description

Deux versions, en KIRUNDI et en FRANÇAIS

Turabaramukije bavukanyi mwese umwe wese mucubahiro ciwe, tunahoza cane umuryango wa NKOMARUME SOLANGE, umuvukanyi wiwe yashengeye.

Ni muri yantumbero twihaye tukaniyemeza yo gufashanya, dusubiye kugaruka tubasaba wa mutima mwamanye, kandi mwama mwerekanye, wo gushigikirana mubihe bitoroshe. Twagira dusabe, ngo dusubire twiyungunganye, dushigikire uyu muryango, w'umuvukanyi dusanzwe dusangiye iki gikorwa.

Twari dusubiye gushiraho kwegeranya UBUFASHA(Cagnotte), buzomara ikiringo c’imisi cumi n'itanu (15 jours), duhereye kuriyi tariki nyene ya 30/06/2026.

Turabakengurukiye cane, ku kigoro mudahengeshanya kwerekana no kwitanga, kuri buri umwe wese, kugira dushike kuri iki gikorwa gihambaye. Mugire amahoro mubanyu.

Chers frères et sœurs, recevez nos salutations respectueuses.

Nous adressons nos sincères condoléances à la famille de NKOMARUME SOLANGE, suite au décès de son frère.

C’est dans cet esprit de solidarité et d’entraide que nous nous sommes engagés à nous soutenir mutuellement. Nous revenons donc vers vous pour solliciter une fois de plus votre bon cœur, que vous avez toujours manifesté, afin de continuer à nous soutenir dans les moments difficiles, et ainsi nous unir davantage pour accompagner ces familles de nos frères avec qui nous partageons cette activité.

À cet effet, nous avons décidé de relancer une collecte d’aide (cagnotte) qui durera

une période de quinze (15) jours, à compter de ce jour, le 30/06/2026.

Nous vous remercions sincèrement pour l’effort constant, la solidarité et la générosité que chacun de vous ne cesse de manifester pour la réussite de cette action importante.

Que la paix soit avec vous.

Created on June 30th, 2026 · Memorial
11Contributions

Jeanine et Emile Nizigiyimana et Habarugira
a day ago
€20
Deogratias Kamoso
2 days ago
€10
Deogratias Kamoso
3 days ago
€10
Godelive Leclair - Niyonsaba
3 days ago
€10
BEATRICE NAHIMANA
3 days ago
€10
Christophe Sindayigaya
3 days ago
€10
Crescence Nimpagaritse
3 days ago
€10
Désiré et Joselyne MUNYANEZA
3 days ago
€20
Patrick MASAMVYA
3 days ago
€10
3 days ago
€10
Spread the wordThe success of a money pot depends mainly on how widely it is shared. Increase its chances of reaching its target by telling your friends and family about it.

About us

  • Who are we?
  • Security
  • Press
  • Job vacancies

For you

  • Our Newsletter
  • Help center
  • Contact us
  • Standard donation contract
  • General terms and conditions of use
  • Legal
  • Privacy policy
  • Cookie policy
  • Sitemap